Results for na translation from English to Kirundi

Human contributions

From professional translators, enterprises, web pages and freely available translation repositories.

Add a translation

English

Kirundi

Info

English

kamjor dil wale na dekhe

Kirundi

kamjor dil wale na dekhe

Last Update: 2024-04-30
Usage Frequency: 1
Quality:

English

burundi:ni nde yobazwa jean petit nduwimana? 7 ukwa gatandatu, 2012 - 14:49 gmt ishirahamwe riharanarira kubahiriza agateka ka zina muntu aprodh, ryemeza ko ryagerageje gukwirikirana ikibazo ca jean petit nduwimana, bigitangura kuvurwa ko yafatiwe muri congo. uyu mugabo yahoze akorera ibiro bijejwe iperereza ngo yoba yari yahunze mu mwaka wa 2008, inyuma y'amatati hagati ya cndd-fdd na upd zigamibanga. umukuru wa aprodh pierre claver mbonimpa, ngo yamenyeko igisirikare ca congo camufashe mu ntango z'ukwezi kwa gatanu, kikamushikiriza urongoye akarere ka mbere ka gisirikare mu burundi, afise ibiro mw'ikambi ya kamenge dca. mu nyuma yahavuye aja kumuraba mw'ikambi ya bururi aho vyavurwa ko yajanywe gupfungwa, ariko ngo ntawe yahasanze. umukuru wa aprodh aremeza ko hari umuntu wo mu nzego zikomeye yamurahiye ko bitagishoboka ko atora jean petit nduwimana, bitagishoboka. ivyo vyatumye pierer claver mbonimpa yikeka ko yoba yarishwe, atangura kubaza, ariko nta n'umwe yemera ko azi irengero ryiwe, canke yamubonye. umuvugizi w;igisirikare c'uburundi mu kiganiro yahaye bbc, yahakanye ko jean petit nduwimana atari mu baronderwa n' igisiirkare, atazi ko yoba ryarashikirijwe igisirikare, agasaba icemezo. ku kibazo c'uko pierer claver mbonimpa yoba abesha, colonel gaspard baratuza we avuga ko yubaha ivyo umukuru wa aprodh yavuze, ariko agasaba ivyemezo.

Kirundi

sun

Last Update: 2012-06-09
Usage Frequency: 1
Quality:

Get a better translation with
8,944,406,159 human contributions

Users are now asking for help:



We use cookies to enhance your experience. By continuing to visit this site you agree to our use of cookies. Learn more. OK